Haraheze imisi mike hari isanamu iguma ihanahanwa nabatari bake kumbuga ngurukana bumenyi; Iyo sanamu ikaba ariyumusore yambaye agahuzu ko musi k’ari mubwoko bwutumenyerewe kubagore nkuko mubibona kwifoto.

Iyi Foto ikaba isa niyiriko iracanga abantu kuko bamwe bavuga ko uyu musore ari Alvin Smith, abandi nabo bati ntabwo ariwe ahubwo nuwo basa kuko ubona ko bafise n’imbaga zimwe, ariko vyukuri bikaba bisa n’ibigoye kwemeza koko k’ariwe kuko kuriyi sanamu uyu musore yunamye ivyo bigatuma udashobora kumumenya neza.
Tubibutse ko mumyaka iheze uyu musore yigeze kuba ashira amashusho yiwe kumbuga agaragaza bimwe mubice vyiwe vyibanga, n’ayandi mafoto vyavuzwe ko atitura imico n’imigenzo vy’uburundi ariko munyuma asaba imbabazi ahereye kumuryango wiwe n’abamukurikirana ko ivyo bintu atazobisubira, aho mbere yanakoze n’indirimbo yise Harabaye
3 commentaires
Birateba By Sat B
can i buy viagra over the counter nz
generic viagra where to buy