Nihiganwa Twise Weekly Top5 Aho tubegeraniriza indirimbo zabikoze neza mundwi maze mugatoramwo indirimbo yabakoze kumutima canke yabaryoheye gusumba izindi, Aho mutora mugiye muri Commentaires kururu rubuga. Hakaba harimwo abandi baririmvyi batandukanye mubonavkuriyi photo hepfo.

Nkuko bigaragara mubashoboye gutora, benshi bakaba batoye indirimbo #Nabambwe y’umuririmvyi Fabby Tozzy, Umuririmvyi atagihe kinini giheze yinjiye mumuziki ariko ubona ko yaje azananye inguvu zidasanzwe Aho benshi bamumenye kindirimbo nka Bangulele na Nataka Kwenda.
Ntakindi twobasaba atarukubandanya mumushigikira
2 commentaires
daktilogibigibi.iiw93ZfuRPDG
calibrator xyandanxvurulmus.YbvcooK7MoWs