Ikinyamakuru Platform show Gisanzwe gikorera Mu burundi kirongowe n’umuririmvyi Dj Pro Burundi cabateguriye Itengwa ry’ubushimwe Bise PLATFORM SHOW MUSIC AWARD;ivyo birori bakaba bizoba Igenekerezo rya 15 kigarama 2023.
Mukiganiro bahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru bavuze intumbero n’imigambi nyamukuru y’iryo higanwa Harimwo Gushikana Kure Umuziki w’uburundi no kugira iryo higanwa rikaba Mpuzamahanga.

Mubibazo nabajije nabajije kubijanye n’itunganwa ry’iryo tangwa ry’ubushimwe kuncuro zaherutse abenshi Bavuga ko Iryo ubushimwe canke abaja murayo mahiganwa usanga benshi Ari abo twita abaswahili; bishuye Bavuga Ko iyo utunganije ibintu ntihabura ababipinga iyo bitunganywa n’umututsi Bari Kuvuga KO Ari awards z’abatutsi ati rero ntihabura ababipinga

Tubibutse KO Iryo higanwa rizobera muri Arena Aho kwinjira Ari amafaranga 20.000 gusa bikazotangura isaha Cumi na zibiri (18h00).
www.Letstag.net
Un commentaire
thank you and we appreciate for your big support