kuncuro Yiwe ya 2 aza Muburundi ni RAYVANY Ubu tuvugana abarizwa mu Burundi Mugiteramo azoteramisha Abakunzi Biwe kuri Arena no kuri Source du Nil.
Mukiganiro yahaye abanditsi n’dabamenyeshamakuru yagarutse kumajambo Diamond Platnumz yigeze Kuvuga ko Umuziki wacu utarenga imbibe we yasiguye avuga ko Umuziki utagira imbibe Ahubwo ko abarundi bavuzwa kenshi harimwo BIG FIZZO ,SAT B n’abandi Benshi.
Yagarutse kundirimbo ya MISTA CHAMPAGNE yise NIKO TU Aho Ubona ko Gushika Ubu ariyo Ndirimbo aharaye kuko yanayiririmvye Imbere yabantu maze ahita Yemera ko bazokora REMIX yiyo Ndirimbo ya MISTA CHAMPAGNE.
Ivyavugiweho ni vyinshi ariko benshi bakeje Umuririmvyi MISTA CHAMPAGNE kuba ariwe muririmvyi yiyumviriwe ndetse akaba ari nawe muririmvyi Ari kumwana.