Umuririmvyi Bainturo azwi kundirimbo zitandukanye harimwo niyigeze kumushikana mwibohero rikuru ry’amapimba ariko agakomeza amaze kuvayo kundirimbo zakunzwe cane nka Mukama na Vyama Vyabaye.
Haraheze akanya imbuga azishize muruhagarara mu gushira kumugaragaro ifoto yerekana arikumwe n’umwigeme yibugenze asa nuwurirko arumviriza umwana munda nkuko biharawe nacane cane mu vyamamare.

Aya niyo majambo yashoboye kwandika aherekejwe Iyo foto kumbuga ngurukana bumenyi asanzwe akoresha
Iki nico kinyemeza kw’aba X banje aribo batavyara.TNKS BAE FOR THIS GIFT❤🌹
Raba indirimbo yiwe nshasha yise Somebody yakoranye na Momo Melody