Nkuko abasanzwe badukurikirana cane kurubuga rwacu mwabibonye, twabamenyesheje ko Kirikou na Double Jay bafashe rutemikirere bagana i Bujumbura inyuma yo gukora ibiteramo mubihugu bitandukanye nka Belgique, France, Allemagne na Suède.
Kirikou abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook akaba ahejeje gutangariza abantu ko murugendo barimwo bagize ikibazo, ariko atashimye kuvuga ikibazo icarico, Aho bamwe muri Commentaire bakomeza kukwibaza ko ryoba arisanganya rifatiye kundege.

Komeza kubana natwe mumakuru tubandanya tubatohoreza.
2 commentaires
daktilogibigibi.vfwAEn9hCygc
rubricators xyandanxvurulmus.Udt1DghieG2C