Mukurindira ko indirimbo nshasha ya B-Face isohoka, uwo muririmvyi yateje uruhagarara kumbuga ngurukana bumenyi, aho yakoze ivyo benshi batari bamwitezeko, n’umwe mubaririmvyi badakunze kuvurwa cane muvyinkundo nubwo vyavuzwe ko yoba ari mubigeze gusohokana na Mo’w kanzie aho mbere hari nabibaza ko ariwe boba bapfa na Drama-T.
B-Face akaba yakweze amajambo adasanzwe kumbuga , aho yashoboye gupostinga umumenyeshamakuru Hosy Irakoze , akoresheje udufoto twiwe tubiri araheza avuga ko uko atwenga bimunezera.
« NDAKUND UKUNTU UMWENYURA @hosyirakoze «
Iyi Post ikaba Imaze kuronka Commentaires zigera 140 kurubiga rwiwe rwa Instagram, aho benshi bakomeje kumubwira ko bitoherera kuri Instagram ahubwo yomwegera akabimubwira, abandi bati nareke kwikundisha abagore babandi ahubwo narondere rwiwe eka nimyaka iramujanye.

Mbega nkahamwe B-Face na Hosy Boba bikundaniye, iyi Couple woyiha angahe kwicumi?
2 commentaires
daktilogibigibi.copfekKvag1a
episcopally xyandanxvurulmus.to84CF4sCKNm