Icambere abarundi twishimire ko Dufise ingabirano nyinshi Mugihugu Cacu c’uburundi.Metou Brown Numwe mubaririmvyi nawe afise ico amariye igihugu
Asanzwe avuka Muntara Aya Makamba neza na neza NyanzaLac Ubu akaba Umuziki ariko awukorera Mugisagara ça Bujumbura ;Crazy Love;Inyabutatu Ep n’izindi nizo ndirimbo abakunzi b’umuziki bamuziko.
Inyuma yagacerere kenshi Kuva Muri Ivo Ivo Music Batangaza ko Vuba Agiye gushira ahabona Ikindi Gikorwa. Abenshi bamugereranya na Harmonize Kuva Mugihugu ca Tanzania ariiko wewe avuga KO Ari nkawe ashaka Kuba we ubwiwe.
Vuba twitege Igikogwa Gishasha kuri Uno Muririmvyi Mubandanye mushigikira iZi mpano z’uburundi.
2 commentaires
daktilogibigibi.1vyCzC49gMkg
eidograph xyandanxvurulmus.P1QlqbAKj7UY