Inyuma y’ivyavuze kuri DJ FERNANDO na Kadie key Aho vyaboneka ko bobo bapfa ibijanye na hit umwe adashaka kwemera ko yandikiwe.

Ubu naho hadutse Inkuru ivuga ko umuririmvyikazi LEE CHARON Asanzwe akorera umuziki Wiwe Hanze y’igihugu Aho yashize kumugaragaro Audio Ivuga Ivyiwe hamwe n’iyi miyabaga ihurikiye mumurwi we love Muzika DJ Fernando Hamwe na Melanin Boy Beshi bazi nka Gusto



Ugerageje kwumviriza iyo Audio Uraza kwumv ngo naka naramukunda ariko sinarinzi ko Mugenzawe yoshavura Hamwe n’ibindi vyishi vyumvikana ko abasore Bose baramukunda
Amakuru ariko arasamirana Abakunzi babo basore bariko bameze ko basambutse kubera uwo mukobwa mbega musomyi Nawel ubivuzeko iki ?