Babita Generation Ya None aho bakora ibidasanzwe bitigeze bikorwa mumyaka iheze.
Urwaruka rw’uyu musi ntawobihakana ko rwiyemeje kuba ntangere mwiteterambere ry’igihugu, Yitwa Lino G ntamyaka mwinshi iheze yinjiye mumwuga wo gukora umuziki. Fyonda Subscribe dukomeze.
Kuva kundirimbo yiwe Legend niho benshi batanguye kumurabira hafi, uyu musi arakora igikorwa akaba Populaire en ce moment kumbuga ngurukana bumenyi.
Haraheze amasaha make ashize kumugaragaro indirimbo yiwe yise Iryanyuma, Indirimbo yasohokanye amasanamu atangaje.
Wawundi ngo ntivyari vyoroshe ariko vyari Bikwiye, Vyari bikwiye koko,
Nintambwe idasanzwe kubona abaririmvyi batandukanye bashobora gukora Indirimbo yandikiwe Script yigitangaza.
Muriyi Video, itangura Lino G ari Muri Laboratoire kugerageza kwikorera umuntu
uwo nawe agaheza akamubera umukunzi,
Nkuko indirimbo ibivuga ngo yaragerageje abandi biranka, akaba ariyo mpamvu ahisemwo kwikorera uwiwe.
Bisa Nibitangaje Cane, Muti vyahereyehe, Birangira Ubuhinga bumukundiye maze hakavamwo umukecuru akamwakirana umunezero.
Big Up Sana kuri Bright Gold na Brian Smith eka nabandi bagize uruhara kugora iyi Video Iboneke, Ukomeze kudushigikira no gushigikira umuziki murundi muri Rusangi utibagira kugira akajambo umubwiye Lino G muri Commentaire.
Raba Video Kuri Youtube