« LOVE IS REAL❤️🥹😍
UMUNTU AZI HANO HANTU ADUHE ADRESSE MURI COMMENT TU BLESSINGE UNO MUNTU🔥🔥🔥🙏🙏 »
Browsing: Featured
Igihe kiraheze hasohotse indirimbo yitwa Naremeye, YAGO Pon Dat yifashishije Bushali muri ico gikorwa. Gusa, si yo yari intumbero ya…
N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…
Ivyo twabonye kuri Sat B Ubu birigaragaje ku muririmvyi Davy Scott asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi aba mugihugu ca Belgique yahoze…
Inyuma y’Imyaka 6 abaririmvyi Diamond Platnumz badacana uwaka na Harmonize kumusi w’Ejo baraye babonanye. Nkuko musanzwe mubizi ko Idini ry’aba…
Kw’igenekerezo rya 9 ntwarante uyu Mwaka turimwo wa 2024 niho Umuririmvyi ALIKIBA Kiva Mugihugu ca Tanzania niho yakwiza imyaka 20…
Kumisi wa pasika y’uno mwaka turimwo wa 2024 umuririmvyi Asanzwe Ari n’umukambwe Yakoze Kuva kera Lolilo Simba kuva muri Simba…
Nkuko mumaze kubimenyera, Burindwi turashira kumugaragaro zimwe mu ndirimbo zitanu zabikoze neza mundwi tuba twararangije aho tubahitiramwo zitanu maze tugatora…
Ikinyamakuru Platform show Gisanzwe gikorera Mu burundi kirongowe n’umuririmvyi Dj Pro Burundi cabateguriye Itengwa ry’ubushimwe Bise PLATFORM SHOW MUSIC AWARD;ivyo…
Icambere abarundi twishimire ko Dufise ingabirano nyinshi Mugihugu Cacu c’uburundi.Metou Brown Numwe mubaririmvyi nawe afise ico amariye igihugu Asanzwe avuka…