Igihe kiraheze hasohotse indirimbo yitwa Naremeye, YAGO Pon Dat yifashishije Bushali muri ico gikorwa. Gusa, si yo yari intumbero ya…
Browsing: PEOPLE’S FAVORITE
N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…
Ikinyamakuru Platform show Gisanzwe gikorera Mu burundi kirongowe n’umuririmvyi Dj Pro Burundi cabateguriye Itengwa ry’ubushimwe Bise PLATFORM SHOW MUSIC AWARD;ivyo…
Icambere abarundi twishimire ko Dufise ingabirano nyinshi Mugihugu Cacu c’uburundi.Metou Brown Numwe mubaririmvyi nawe afise ico amariye igihugu Asanzwe avuka…
Kumusi wejo abaririmvyi Kirikou na Double jay baramenyesheje ko uyu musi bashika mugihugu c’uburundi bavuye i Buraya aho bari bamaze…
Hari inkuru twari twabashikirije ivuga ko Kirikou yatangaje ko murugendo barimwo bahuye n’ikibazo, basaba amasengesho yanyu, abatari bake bibajije ko…
Mukurindira ko indirimbo nshasha ya B-Face isohoka, uwo muririmvyi yateje uruhagarara kumbuga ngurukana bumenyi, aho yakoze ivyo benshi batari bamwitezeko,…
Nkuko abasanzwe badukurikirana cane kurubuga rwacu mwabibonye, twabamenyesheje ko Kirikou na Double Jay bafashe rutemikirere bagana i Bujumbura inyuma yo…
