Afatwa nkuwudahangarwa kubutaka bw’uburundi mugisata ca video, yatandukiye n’igihugu c’urwanda aho yagiye arizerwa n’abaririmvyi bakomakomeye murico gihugu. Ivyo guhinyanyura amasanamu…
Browsing: TOP NEWS
Babita Generation Ya None aho bakora ibidasanzwe bitigeze bikorwa mumyaka iheze. Urwaruka rw’uyu musi ntawobihakana ko rwiyemeje kuba ntangere mwiteterambere…
Haraheze akanya kumbuga ngurukana bumenyi cane cane kurubuga rwa Facebook hacanacanako inkuru y’umuririmvyi Alvin Smith n’umufasha wiwe Nirna, Ngo Ntibikiribanga…
Inyuma y’igihe kitari gito ihiganwa ryo mu mwaka wa 2023-2024 rirangiye, ishirahamwe ry’umupira mu Burundi FFB ryamaze gusohora ikirangaminsi Iryo…
Mu nkino zo gusubiriza mw’ihiganwa ry’umupira w’amaboko Basketball bitiriye ikinyobwa ca Vital’o,baca baryita Vital’o Basketball League ihiganwa ryari ryabandanije Kuri…
Inyuma y’ivyavuze kuri DJ FERNANDO na Kadie key Aho vyaboneka ko bobo bapfa ibijanye na hit umwe adashaka kwemera ko…
Mu majambo yiwe yagize ati: »Ndashavuye cane,mu ndoto nari mfise zari izo guhiganwa mu nkino za Jeux Paralympiques 2024 none sinkizitabiriye,ariko…
Haraheze amasaha make umuririmvyi D One abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook amenyesheje ko ubu abarizwa mugihugu c’urwanda; Nkuko biboneka kurayo…
Haraheze Imisi Itari Mike kurubuga rwa Facebook n’ahandi Hariko Havugwa Inkuru ya Nelly Nat , Gusto (Melanin Boy) , DJ…
Haraheze igihe kitari gito atangarije abakunzi biwe ko yakubitiye kwa muganga kuraba umuririmvyi Aimable Tayaya yarakitswe n’amagara bidasanzwe maze aramufasha…