« LOVE IS REAL❤️🥹😍
UMUNTU AZI HANO HANTU ADUHE ADRESSE MURI COMMENT TU BLESSINGE UNO MUNTU🔥🔥🔥🙏🙏 »
Browsing: artist
Igihe kiraheze hasohotse indirimbo yitwa Naremeye, YAGO Pon Dat yifashishije Bushali muri ico gikorwa. Gusa, si yo yari intumbero ya…
N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…
Ivyo twabonye kuri Sat B Ubu birigaragaje ku muririmvyi Davy Scott asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi aba mugihugu ca Belgique yahoze…
Inyuma y’Imyaka 6 abaririmvyi Diamond Platnumz badacana uwaka na Harmonize kumusi w’Ejo baraye babonanye. Nkuko musanzwe mubizi ko Idini ry’aba…
Kumisi wa pasika y’uno mwaka turimwo wa 2024 umuririmvyi Asanzwe Ari n’umukambwe Yakoze Kuva kera Lolilo Simba kuva muri Simba…
Ni Weeky Top 5 igarutse n’indirimbo zishushe ziri kumwanya, zabikoze neza mundwi twaraye turangije, Tukagusaba kwandika muri Commentaire indirimbo yakuryohereye…
