Featured Avuye kwa BIG FIZZO yerekeza kwa SAT-B || Uruhara rwa John Elarts rwoba rugiye gufashiki Sat-B ?Did-man pro27 août 2024 Afatwa nkuwudahangarwa kubutaka bw’uburundi mugisata ca video, yatandukiye n’igihugu c’urwanda aho yagiye arizerwa n’abaririmvyi bakomakomeye murico gihugu. Ivyo guhinyanyura amasanamu…
Featured Monia Fleur akubise ahababaza abamutwaye imbuga ziwe.Did-man pro19 novembre 2023 Umuririmvyikazi akunzwe cane muri kino gihe mugihugu c’uburundi eka no mukarere ka Afrika y’ubuseruko Monia Fleur , ahejeje kwandika amajambo…