Abaririmvyi babiri Kirikou na Double Jay bubatse ico bise Biliman Boy, bakomeza kwandika amateka adasanzwe mumuziki, aho biboneka ko bakomeza…
Browsing: Music
Nkuko twabibambwiye imbere munkuru twabashikirije ijanye n’ukugene amaziko yagenze, vyabonetse ko abaririmvyi batandukanye bashoboye gushika ku Mpanda guherekeza mugenzi wabo…
Twifashishije amafoto yafotoye na Berwa , Raba uko vyari vyifashe Kumaziko y’umuhisi umuririmvyikazi Miss Erica
Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Drama T hamwe na B Face bari muri Zuguruzuguru bapfa indirimbo Kode birangiye Drama T…
Sat b ati : birateba ariiko bigashika ninavyo Biriko biba kuri D One Umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye kundirimbo nyinshi Harimwo Amarira;no…
Umuririmvyikazi akunzwe cane muri kino gihe mugihugu c’uburundi eka no mukarere ka Afrika y’ubuseruko Monia Fleur , ahejeje kwandika amajambo…
Abatari bake bari barindiranye igishika indirimbo nshasha y’umuririmvyi O.L.G Olegue kuruyu musi igenerekerezo rya 20 Munyonyo 2023 inyuma yigihe kinini…
Mugihe Abarundi n’inciti z’uBurundi bari mugahinda kadasanzwe wo kubura abaririmvyi babiri Miss Erica na Sam Over Mix mumisi ibiri ikurikinara,…
