N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…
Browsing: TOP NEWS
Ivyo twabonye kuri Sat B Ubu birigaragaje ku muririmvyi Davy Scott asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi aba mugihugu ca Belgique yahoze…
Ni Weeky Top 5 igarutse n’indirimbo zishushe ziri kumwanya, zabikoze neza mundwi twaraye turangije, Tukagusaba kwandika muri Commentaire indirimbo yakuryohereye…
Abaririmvyi babiri Kirikou na Double Jay bubatse ico bise Biliman Boy, bakomeza kwandika amateka adasanzwe mumuziki, aho biboneka ko bakomeza…
Nkuko twabibambwiye imbere munkuru twabashikirije ijanye n’ukugene amaziko yagenze, vyabonetse ko abaririmvyi batandukanye bashoboye gushika ku Mpanda guherekeza mugenzi wabo…
Twifashishije amafoto yafotoye na Berwa , Raba uko vyari vyifashe Kumaziko y’umuhisi umuririmvyikazi Miss Erica
Sat b ati : birateba ariiko bigashika ninavyo Biriko biba kuri D One Umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye kundirimbo nyinshi Harimwo Amarira;no…
