Inyuma Yaho habonetse Umwana akiri muto mumuziki w’uburundi ariwe TRÉSOR MD Ubu Naho habonetse uyundi afise ingabirano itangaje.Bamwita GRACIA MANTHA n’umwana akiri muto akaba aririmba indirimbo zihayagiza imana canke zivugabutumwa (gospel)
Kuri rino genekerezo rya gatatu rusama bari baramutse batanga ikiganiro kubanditsi n’dabamenyeshamakuru muntumbero yo gutangura ibikoirwa vyiwe akaba yari yaje aherekejwe n’umuryango SE na NYINA Wiwe.
Mwijambo ry’umuvyeyi yaba Nyina Wiwe canke se Wiwe bagarutse kuntahe no kunyifato Nziza uyu Mwigeme yakuranye baragaruka kandi kungabirano Yiwe bisa nkaho bishimiye kuba agira atangure Umuziki wo guhimbaza Imana.
Mubibazo vyabajije n’abanditsi n’dabamenyeshamakuru vyishuwe Neza Aho nabajije kubijanye n’inikorwa vyiwe bakaba bishuye Bavuga ko ibikorwa Bihari indirimbo zigera kuri 6 hamaze gukorwa 4 mubwoko bw’amasanamu.
Mukurangiza basavye ko bomushigikiira nkuko We nyene ubiwiwe yavyisabiye mwijambo yashikirije bongera bemera gusohora igikorwa gishasha Kumusi WA mbere Igenekerezo rya 6 rusama isaha 4 z’agatondo.