N’abakinyi b’amareresi bakunzwe cane mu burundi, Abo nabo akaba arumugore n’umugabo bavuzwe cane kuva ivy’urukundo rwabo bimenyekanye gushika bubake urwabo biciye imbere y’amategeko; Ni Fanny Lavine na Norasque baraye batanze ibikoresho vy’ishure kubana ba ntahonikora barenga ijana(100) hamwe n’abasangwabutaka ahitwa Karungura muntara ya Ngozi babicishije mu mugambi wabo bise « ONE WORLD, ONE FOUNDATION »
Nkuko Funny Lavine yabivuze ngo
kundwi ihereza ukwezi kw’umunani itangura ukw’icenda bayihariye indwi yogusangira kubw’icubahiro c’IMANA
Akaba yabandanije amenyesha ko ku musi wa mungu naho bazosangira nabamwe mubakunzi babo mukwigina imyaka itanu irangiye FANNY LAVINE amaze mumwuga wogukora amareresi hamwe n’intambwe IMANA Ibagejejeko mumurwi 3FA Ufise icivugo kivuga ngo BREAKING BOUNDARIES
Yongeye Ati: « Ivyo dukora Nivyo twipfuza Gukora Nka SOLUTION COUPLE Twifuzako ISHIMWE rigaruka kUMANA yo IMARA UBUKENE BWOSE.
duhamagarira nabantu bayo kuba ubwoko butagira ubwoba (FEARLESS GENERATION)nkuko icivugo cacu Kiri Kuko ubwoba nibwo butuma uhusha intumbero yubuzima.«
GLORY TO GOD
Amafoto














