Inkuru y’incamugongo kubakunzi b’umuziki w’uburindi nuko umuririmvyi SAM OVER MIX yitavye Imana biturutse kundwara yakanya gato

Akaba ari umuririmvyi yamenyekanye cane kundirimbo benshi bakunze nka KIRADODORA, n’izindi, ubu muri kino gihe akaba yafasha cane ibijanye n’amajwi(Sound) n’amatara(Lighting) kuma Stage y’ibiyeramo bitandukanye canke mwifatwa ry’amasanamu y’indirimbo z’abarorimvyi batandukanye.