Sat b ati : birateba ariiko bigashika ninavyo Biriko biba kuri D One Umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye kundirimbo nyinshi Harimwo Amarira;no body;Umunyuka…. Ubu imiryango y’ubuzima bwiwe iriko iruguruka
Kuri8 Uno wa 24 Gitugutu yafashe indege yerekeza Mugihugu tutamenye atigeze ashima gushira ahabona ariiko yijije abakunzi bimwe n’abakunzi b’umuziki muri rusangi KO Agiye mubikirwa vy’umuziki kndi bizoha ishusho nziza igihugu
N’umuririmvyi avuka Muntara ya kayanza nkuko bitoroshe Gushika kugwego nkurwo ariiko asanzwe afashwa n’imwe munsamirizi nziza ngaha mugihugu ariyo ITEKA FM ibicishije muri ITEKA MUSIC tumuter’intege ivyagiyemwo bize bibe nkuko avyipfuza.