Afatwa nkuwudahangarwa kubutaka bw’uburundi mugisata ca video, yatandukiye n’igihugu c’urwanda aho yagiye arizerwa n’abaririmvyi bakomakomeye murico gihugu. Ivyo guhinyanyura amasanamu…
Browsing: PEOPLE’S FAVORITE
Babita Generation Ya None aho bakora ibidasanzwe bitigeze bikorwa mumyaka iheze. Urwaruka rw’uyu musi ntawobihakana ko rwiyemeje kuba ntangere mwiteterambere…
Mu Giteramo c’umuririmvyi D One Cabereye Mu Kinama Igenekerezo rya 17/7/2024 Mwarabonye Ingene yinjiye Kuri stage azananye n’Umwigeme azwi kwizina…
Haraheze igihe kitari gito atangarije abakunzi biwe ko yakubitiye kwa muganga kuraba umuririmvyi Aimable Tayaya yarakitswe n’amagara bidasanzwe maze aramufasha…
Yitwa Uwimana Dative yatahukanye agashimwe ka Miss Popularity mumwaka wa 2021 mumahiganwa ya Miss Burundi, Aho Inyuma yiryo higanwa yakomeje…
Haraheze akanya kumbuga ngurukana bumenyi hazunguruka agafoto(Screenshot) kriko amajambo adasanzwe, vyerekana ko yavuye kurubuga rwa X kuri page y’umuririmvyi Kirikou.…
Hari kwigenekerezo rya 21 Mukakaro hari kuri Lycée SOS Aho insamirizi Buja FM yari iramutse ihimbaza Imyaka c’umi irangiye ikora,…