Inyuma gukora ibiteramo bitandukanye mubihugu bine vy’iburayi abaririmvyi Kirikou na Double jay batangaje ko bagarutse i Burundi naho hari beshi…
Browsing: TOP NEWS
Ni Weeky Top 5 igarutse n’indirimbo zishushe ziri kumwanya, zabikoze neza mundwi twaraye turangije, Tukagusaba kwandika muri Commentaire indirimbo yakuryohereye…
Hazindutse ama tweet kurubuga rwa X y’umuririmvyi Sat B asaba ko abajejwe intwaro mugisata c’ubutungane ko bohaguruka bagakurikirana umwigeme azwi…
Hari agafoto kaguma gacanacanako kumuririmvyi Masterland afatanye na Mow Kanzie mugiteramo ca Friends of Amstel cabereye ingozi ahitwa Belvedere kumusi…
Abaririmvyi babiri Kirikou na Double Jay bubatse ico bise Biliman Boy, bakomeza kwandika amateka adasanzwe mumuziki, aho biboneka ko bakomeza…
Nkuko twabibambwiye imbere munkuru twabashikirije ijanye n’ukugene amaziko yagenze, vyabonetse ko abaririmvyi batandukanye bashoboye gushika ku Mpanda guherekeza mugenzi wabo…
Twifashishije amafoto yafotoye na Berwa , Raba uko vyari vyifashe Kumaziko y’umuhisi umuririmvyikazi Miss Erica
Uyu musi kw’igenekerezo rya 25, Niho haramutse haba amaziko y’umuhisi Miss Erica , yakunzwe cane mundirimbo zagiye zirakundwa kurugero rudanzwe…
Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Drama T hamwe na B Face bari muri Zuguruzuguru bapfa indirimbo Kode birangiye Drama T…
Sat b ati : birateba ariiko bigashika ninavyo Biriko biba kuri D One Umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye kundirimbo nyinshi Harimwo Amarira;no…