DOWNLOAD
Browsing: Drama T
« LOVE IS REAL❤️🥹😍
UMUNTU AZI HANO HANTU ADUHE ADRESSE MURI COMMENT TU BLESSINGE UNO MUNTU🔥🔥🔥🙏🙏 »
N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…
Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Drama T hamwe na B Face bari muri Zuguruzuguru bapfa indirimbo Kode birangiye Drama T…
Uru niryo rutonde rw’indirimbo 5 z’abarundi zikimota ubushasha zanavugijwe cane ahatandukanye. Tanga amahirwe kumuririmvyi yabikoze neza mukwandika izina ry’indirimbo n’uwayiririvye…
