Umuririmvyi Madiba Tha Classic Amaze Imyaka irenga indwi Mumuziki yatanguriye kundirimbo she says yarakoze nyinshi nka Dona Dona ,perfect,wayo,Leta N’izindi
Uyu Muririmvyi akunzwe cane Mumuziki w’uburundi Inyuma y’igihe kitari gito baramubuze Ubu akaba agarutse kandi n’indimbo Agiye gishira ahabona mumisi Mike.
kubw’ukubura kw’uno Muririmvyi vyatumye Bamwe mubamukunda bamwidogera kukungene ingabirano Yiwe yayicaritse kandi asanzwe azi gukora Neza Umuziki.
Aheruka gutangaza ko Agiye gushira ahabona imdirimbo Yiwe izoza yitwa Ni Sawa Tu mumisi Mike cane abenshi bari bamukumbuye biteguriye kwakirana akanyamuneza iki gikogwa gishasha c’uno Muririmvyikazi Madiba tha Classic.