Mu Giteramo c’umuririmvyi D One Cabereye Mu Kinama Igenekerezo rya 17/7/2024 Mwarabonye Ingene yinjiye Kuri stage azananye n’Umwigeme azwi kwizina rya Khailla Keza Akaba Asanzwe Ari umuririmvyikazi.
Abenshi baribajije Impamvu uwo Mwigeme yamwitije muri ico giteramo Aho Ubona KO bakoze ibirenze barasomana (bizou centrale) Imbere y’isinzi ry’abantu MUKINAMA.
Iyo Photo ikaba ibandanya Itembera Kumbuga ngurukana bumenyi biboneka KO umwigeme KHAILLA KEZA Ariko arabivyazamwo umusaruro mugukomeza kugarukana ivyibutso vy’ico Giteramo Aho Ubona KO babandanya kumufata nk’umukunzi Wa D One

