Auteur/autrice : Did-man pro
Afatwa nkuwudahangarwa kubutaka bw’uburundi mugisata ca video, yatandukiye n’igihugu c’urwanda aho yagiye arizerwa n’abaririmvyi bakomakomeye murico gihugu. Ivyo guhinyanyura amasanamu…
Babita Generation Ya None aho bakora ibidasanzwe bitigeze bikorwa mumyaka iheze. Urwaruka rw’uyu musi ntawobihakana ko rwiyemeje kuba ntangere mwiteterambere…
Haraheze akanya kumbuga ngurukana bumenyi cane cane kurubuga rwa Facebook hacanacanako inkuru y’umuririmvyi Alvin Smith n’umufasha wiwe Nirna, Ngo Ntibikiribanga…
Haraheze amasaha make umuririmvyi D One abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook amenyesheje ko ubu abarizwa mugihugu c’urwanda; Nkuko biboneka kurayo…