Inyuma y’ivyavuze kuri DJ FERNANDO na Kadie key Aho vyaboneka ko bobo bapfa ibijanye na hit umwe adashaka kwemera ko…
Browsing: Featured Reviews
Mu Giteramo c’umuririmvyi D One Cabereye Mu Kinama Igenekerezo rya 17/7/2024 Mwarabonye Ingene yinjiye Kuri stage azananye n’Umwigeme azwi kwizina…
Inyuma y’umwaka habaye Igiteramo kidadasanzwe c’ivugabutumwa ukubohoka no gukira imitima, cama kiba buri uko Umwaka utashe itariki y’indwi ukwezi kw’indwi…
Twifashishije amwe mumasanamu yashizwe kumugaragaro na Fanny Lavine aheruka kurushinga numukunzi wiwe Norasque, Imwe munkuru zavuzwe cane kuva hamenyekanye ivyurukundo…
N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…