Haraheze imisi mike hari isanamu iguma ihanahanwa nabatari bake kumbuga ngurukana bumenyi; Iyo sanamu ikaba ariyumusore yambaye agahuzu ko musi…
Browsing: Featured
Inkuru y’incamugongo kubakunzi b’umuziki w’uburindi nuko umuririmvyi SAM OVER MIX yitavye Imana biturutse kundwara yakanya gato Akaba ari umuririmvyi yamenyekanye…
Amakuru dukesha umwe mubakurikirana Umuziki w’uburundi Nelly Nat Aratangaza Ko urupfu rwa miss Erica rwoba rwatewe nuko yashatse gukorora Inda…
Kumugoroba wo kuri uno wa gatanu Igenekerezo rya 17 Gitugutu uyu mwaka wa 2023 abakunzi b’umuziki n’umuryango w’umuririmvyikazi Miss Erica…
Nkuko vyagaragaye kw’ifoto yashize kuri Insta-Story yiwe Umuririmvyikazi Esther Nish yatangaje ko yaraye agize isanganya kwibarabara ryitiriwe 28 Novembere ariko…
Ntawokwirengagiza ayahitiye kuri bano bantu babiri, ubona ko bari basa nabigaruriye imbuga ngurukana bumenyi ,inkuru tutogarukako cane, ariko twokwigarukira kurukundo…
Haraheheze imisi umuririmvyikazi akunzwe cane muri kinogihe mugihugu c’uburundi ashize habona amajambo yateye amakenga abatari bake, aho ayo majambo yatumye…
Kupitia kipidi cha RECAP & MANDO amezugumza namna wasanii Diamond Platnumz na Harmonize walivyorudisha tabasamu kwa wakongwe wa Bongo Fleva…
Hari kumusi wa mungu aho umuririmvyi rurangiranwa muri Afrika Diamond yateramisha abanyarwanda mugiteramo cishwe « African Giants Festival » igiteramo uwo muririmvyi…