Sat b ati : birateba ariiko bigashika ninavyo Biriko biba kuri D One Umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye kundirimbo nyinshi Harimwo Amarira;no…
Browsing: Featured
Inyuma y’amasanamu (photos) ariko arazunguruka kumbuga ngurukana bumenye uwusanzwe ategura ibiramo bikomakomeye muburundi ndetse akaba arongoye inzu y’ubutambiro P Club…
Umuririmvyikazi akunzwe cane muri kino gihe mugihugu c’uburundi eka no mukarere ka Afrika y’ubuseruko Monia Fleur , ahejeje kwandika amajambo…
Abatari bake bari barindiranye igishika indirimbo nshasha y’umuririmvyi O.L.G Olegue kuruyu musi igenerekerezo rya 20 Munyonyo 2023 inyuma yigihe kinini…
Mugihe Abarundi n’inciti z’uBurundi bari mugahinda kadasanzwe wo kubura abaririmvyi babiri Miss Erica na Sam Over Mix mumisi ibiri ikurikinara,…
Uru niryo rutonde rw’indirimbo 5 z’abarundi zikimota ubushasha zanavugijwe cane ahatandukanye. Tanga amahirwe kumuririmvyi yabikoze neza mukwandika izina ry’indirimbo n’uwayiririvye…
Haraheze imisi mike hari isanamu iguma ihanahanwa nabatari bake kumbuga ngurukana bumenyi; Iyo sanamu ikaba ariyumusore yambaye agahuzu ko musi…
Inkuru y’incamugongo kubakunzi b’umuziki w’uburindi nuko umuririmvyi SAM OVER MIX yitavye Imana biturutse kundwara yakanya gato Akaba ari umuririmvyi yamenyekanye…
Amakuru dukesha umwe mubakurikirana Umuziki w’uburundi Nelly Nat Aratangaza Ko urupfu rwa miss Erica rwoba rwatewe nuko yashatse gukorora Inda…
Kumugoroba wo kuri uno wa gatanu Igenekerezo rya 17 Gitugutu uyu mwaka wa 2023 abakunzi b’umuziki n’umuryango w’umuririmvyikazi Miss Erica…