Abaririmvyi babiri Kirikou na Double Jay bubatse ico bise Biliman Boy, bakomeza kwandika amateka adasanzwe mumuziki, aho biboneka ko bakomeza…
Browsing: PEOPLE’S FAVORITE
Ni Ihiganwa twise Top5 riba burindwi, aho tubashikiriza indirimbo zabikose neza mundwi maze mugahitamwo Iyabaryoheye gusumba (Wawundi ati Iyabakoreye umuti…
Nkuko twabibambwiye imbere munkuru twabashikirije ijanye n’ukugene amaziko yagenze, vyabonetse ko abaririmvyi batandukanye bashoboye gushika ku Mpanda guherekeza mugenzi wabo…
Twifashishije amafoto yafotoye na Berwa , Raba uko vyari vyifashe Kumaziko y’umuhisi umuririmvyikazi Miss Erica
Uyu musi kw’igenekerezo rya 25, Niho haramutse haba amaziko y’umuhisi Miss Erica , yakunzwe cane mundirimbo zagiye zirakundwa kurugero rudanzwe…
Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Drama T hamwe na B Face bari muri Zuguruzuguru bapfa indirimbo Kode birangiye Drama T…
Inyuma y’amasanamu (photos) ariko arazunguruka kumbuga ngurukana bumenye uwusanzwe ategura ibiramo bikomakomeye muburundi ndetse akaba arongoye inzu y’ubutambiro P Club…
Umuririmvyikazi akunzwe cane muri kino gihe mugihugu c’uburundi eka no mukarere ka Afrika y’ubuseruko Monia Fleur , ahejeje kwandika amajambo…
Abatari bake bari barindiranye igishika indirimbo nshasha y’umuririmvyi O.L.G Olegue kuruyu musi igenerekerezo rya 20 Munyonyo 2023 inyuma yigihe kinini…
Mugihe Abarundi n’inciti z’uBurundi bari mugahinda kadasanzwe wo kubura abaririmvyi babiri Miss Erica na Sam Over Mix mumisi ibiri ikurikinara,…