Mugihe Teddy Smith Aheruka Gukora indirimbo akayita Afro rundi akayikorana n’umu hinyanyuzi Mushasha muri studio ya Bookiv Lebel Studio ariwe…
Browsing: TOP NEWS
Umuririmvyi Madiba Tha Classic Amaze Imyaka irenga indwi Mumuziki yatanguriye kundirimbo she says yarakoze nyinshi nka Dona Dona ,perfect,wayo,Leta N’izindi …
Twifashishije amwe mumasanamu yashizwe kumugaragaro na Fanny Lavine aheruka kurushinga numukunzi wiwe Norasque, Imwe munkuru zavuzwe cane kuva hamenyekanye ivyurukundo…
« LOVE IS REAL❤️🥹😍
UMUNTU AZI HANO HANTU ADUHE ADRESSE MURI COMMENT TU BLESSINGE UNO MUNTU🔥🔥🔥🙏🙏 »
Igihe kiraheze hasohotse indirimbo yitwa Naremeye, YAGO Pon Dat yifashishije Bushali muri ico gikorwa. Gusa, si yo yari intumbero ya…
N’umuririmvyi amaze igihe gito mumuziki ariko akomeza gukora ibidasanzwe bigatuma akomeza kwigarurira imitima ya benshi kubw’indirimbo ziwe akora zigatuma abantu…
Ivyo twabonye kuri Sat B Ubu birigaragaje ku muririmvyi Davy Scott asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi aba mugihugu ca Belgique yahoze…