Wumvirije ivyo Alvin Smith yavuze biboneka nkaho Melanin Boy ari mumakosa, Ngo yaramuhindutse kuko yamubereye igihemu bituma abikora uko atari…
Browsing: Entertainment
N’abakinyi b’amareresi bakunzwe cane mu burundi, Abo nabo akaba arumugore n’umugabo bavuzwe cane kuva ivy’urukundo rwabo bimenyekanye gushika bubake urwabo…
Mu Giteramo c’umuririmvyi D One Cabereye Mu Kinama Igenekerezo rya 17/7/2024 Mwarabonye Ingene yinjiye Kuri stage azananye n’Umwigeme azwi kwizina…
Haraheze Imisi Itari Mike kurubuga rwa Facebook n’ahandi Hariko Havugwa Inkuru ya Nelly Nat , Gusto (Melanin Boy) , DJ…
Yitwa Uwimana Dative yatahukanye agashimwe ka Miss Popularity mumwaka wa 2021 mumahiganwa ya Miss Burundi, Aho Inyuma yiryo higanwa yakomeje…
