Ivyo twabonye kuri Sat B Ubu birigaragaje ku muririmvyi Davy Scott asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi aba mugihugu ca Belgique yahoze…
Browsing: news
Inyuma y’Imyaka 6 abaririmvyi Diamond Platnumz badacana uwaka na Harmonize kumusi w’Ejo baraye babonanye. Nkuko musanzwe mubizi ko Idini ry’aba…
Kumisi wa pasika y’uno mwaka turimwo wa 2024 umuririmvyi Asanzwe Ari n’umukambwe Yakoze Kuva kera Lolilo Simba kuva muri Simba…
Ni Weeky Top 5 igarutse n’indirimbo zishushe ziri kumwanya, zabikoze neza mundwi twaraye turangije, Tukagusaba kwandika muri Commentaire indirimbo yakuryohereye…
Abaririmvyi babiri Kirikou na Double Jay bubatse ico bise Biliman Boy, bakomeza kwandika amateka adasanzwe mumuziki, aho biboneka ko bakomeza…
Nkuko twabibambwiye imbere munkuru twabashikirije ijanye n’ukugene amaziko yagenze, vyabonetse ko abaririmvyi batandukanye bashoboye gushika ku Mpanda guherekeza mugenzi wabo…
Twifashishije amafoto yafotoye na Berwa , Raba uko vyari vyifashe Kumaziko y’umuhisi umuririmvyikazi Miss Erica
Uyu musi kw’igenekerezo rya 25, Niho haramutse haba amaziko y’umuhisi Miss Erica , yakunzwe cane mundirimbo zagiye zirakundwa kurugero rudanzwe…
Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Drama T hamwe na B Face bari muri Zuguruzuguru bapfa indirimbo Kode birangiye Drama T…
