N’abakinyi b’amareresi bakunzwe cane mu burundi, Abo nabo akaba arumugore n’umugabo bavuzwe cane kuva ivy’urukundo rwabo bimenyekanye gushika bubake urwabo…
Yitwa Uwimana Dative yatahukanye agashimwe ka Miss Popularity mumwaka wa 2021 mumahiganwa ya Miss Burundi, Aho Inyuma yiryo higanwa yakomeje…
