Vyatanguye kugaragara imishamirano hagati y’abaririmvyi Bamwe bamwe hamwe n’wusanzwe ategura ibiteramo Dj Paulin aho bavuga ko ataco amariye umuziki w’uburundi…
Auteur/autrice : Mc Blizzo
N’inyuma y’umwaka Tasha Oda Atanguye Gukorana n’umuririmvyi Alvin Smith muco yise LA VACHE ENTERTAINMENT ,n’inyuma y’umwaka nyene yaramaze Gusohora Indirimbo…
Inyuma y’ivyavuze kuri DJ FERNANDO na Kadie key Aho vyaboneka ko bobo bapfa ibijanye na hit umwe adashaka kwemera ko…
Mu Giteramo c’umuririmvyi D One Cabereye Mu Kinama Igenekerezo rya 17/7/2024 Mwarabonye Ingene yinjiye Kuri stage azananye n’Umwigeme azwi kwizina…
Haraheze Imisi Itari Mike kurubuga rwa Facebook n’ahandi Hariko Havugwa Inkuru ya Nelly Nat , Gusto (Melanin Boy) , DJ…
Inyuma y’umwaka habaye Igiteramo kidadasanzwe c’ivugabutumwa ukubohoka no gukira imitima, cama kiba buri uko Umwaka utashe itariki y’indwi ukwezi kw’indwi…
kuncuro Yiwe ya 2 aza Muburundi ni RAYVANY Ubu tuvugana abarizwa mu Burundi Mugiteramo azoteramisha Abakunzi Biwe kuri Arena no…
Inyuma Yaho habonetse Umwana akiri muto mumuziki w’uburundi ariwe TRÉSOR MD Ubu Naho habonetse uyundi afise ingabirano itangaje.Bamwita GRACIA MANTHA…
Mugihe Teddy Smith Aheruka Gukora indirimbo akayita Afro rundi akayikorana n’umu hinyanyuzi Mushasha muri studio ya Bookiv Lebel Studio ariwe…
Umuririmvyi Madiba Tha Classic Amaze Imyaka irenga indwi Mumuziki yatanguriye kundirimbo she says yarakoze nyinshi nka Dona Dona ,perfect,wayo,Leta N’izindi …